-
Ivyahishuwe 4:8Bibiliya y’isi nshasha
-
-
8 Kandi ku vyerekeye ivyo binyabuzima bine+, kimwekimwe muri vyo uko bikurikirana gifise amababa atandatu+; hirya no hino be no munsi vyuzuyeko amaso+. Kandi nta karuhuko bigira ku murango no mw’ijoro kuko biguma bivuga biti: “Mweranda, mweranda, mweranda ni Yehova+ Imana, Mushoboravyose+, uwariho kandi ariho+ kandi ariko araza.”
-