Itanguriro 12:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nzohezagira abaguhezagira, uwuguhamagarirako akabi nzomuvuma+, kandi imiryango yose yo ku butaka izokwihesha koko umuhezagiro biciye kuri wewe+.” Guharura 22:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ubu rero, ndakwinginze uze, umvumire+ aba bantu, kuko bandusha ubushobozi. Hari aho nobanesha, nkabirukana mu gihugu; kuko nzi neza yuko uwo uhezagiye aba ahezagiwe, uwo uvumye na we akaba avumwe+.”
3 Nzohezagira abaguhezagira, uwuguhamagarirako akabi nzomuvuma+, kandi imiryango yose yo ku butaka izokwihesha koko umuhezagiro biciye kuri wewe+.”
6 Ubu rero, ndakwinginze uze, umvumire+ aba bantu, kuko bandusha ubushobozi. Hari aho nobanesha, nkabirukana mu gihugu; kuko nzi neza yuko uwo uhezagiye aba ahezagiwe, uwo uvumye na we akaba avumwe+.”