Kuvayo 24:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 barabona Imana ya Isirayeli+. Munsi y’ibirenge vyayo hari ikintu kimeze nk’isaso ry’amabuye ya safiro, kimeze kandi nk’amajuru ubwayo mu butyoroke+.
10 barabona Imana ya Isirayeli+. Munsi y’ibirenge vyayo hari ikintu kimeze nk’isaso ry’amabuye ya safiro, kimeze kandi nk’amajuru ubwayo mu butyoroke+.