17 na Araba na Yorodani n’umupaka, kuva i Kinereti+ gushika ku kiyaga co muri Araba, ikiyaga c’Umunyu+, ku mucamo w’imimanuko ya Pisiga+ amaja i burasirazuba.
3 agatwara na Araba+ gushika ku kiyaga ca Kinereti+ amaja mu buseruko no gushika ku kiyaga co muri Araba, ari co kiyaga c’Umunyu+, mu buseruko, werekeza i Beti-yeshimoti+, n’amaja mu bumanuko munsi y’imimanuko ya Pisiga+.