Guharura 13:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Igihe Musa yariko abatuma gutata igihugu ca Kanani, ababwira ati: “Dugane aha muje muri Negebu+, maze muduge mu karere k’imisozi+.
17 Igihe Musa yariko abatuma gutata igihugu ca Kanani, ababwira ati: “Dugane aha muje muri Negebu+, maze muduge mu karere k’imisozi+.