Itanguriro 14:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 bano barwana na Bera umwami wa Sodomu+, na Birisha umwami wa Gomora+, na Shinabu umwami wa Adima+, na Shemeberi umwami wa Zeboyimu+, be n’umwami wa Bela (ni ukuvuga wa Zowari+). Hoseya 11:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Noshobora nte kuguheba ga Efurayimu+? Noshobora nte kugutanga ga Isirayeli+? Noshobora nte kukugira nka Adima+? Noshobora nte kuguhindura nka Zeboyimu+? Umutima wanje wahindutse muri jewe+; muri ico gihe nyene impuhwe zanje zisigaye zishushe.
2 bano barwana na Bera umwami wa Sodomu+, na Birisha umwami wa Gomora+, na Shinabu umwami wa Adima+, na Shemeberi umwami wa Zeboyimu+, be n’umwami wa Bela (ni ukuvuga wa Zowari+).
8 “Noshobora nte kuguheba ga Efurayimu+? Noshobora nte kugutanga ga Isirayeli+? Noshobora nte kukugira nka Adima+? Noshobora nte kuguhindura nka Zeboyimu+? Umutima wanje wahindutse muri jewe+; muri ico gihe nyene impuhwe zanje zisigaye zishushe.