Guharura 14:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Gusa ntimugararize Yehova+; kandi mwebwe ntimutinye abantu bo muri ico gihugu+, kuko ari umukate kuri twebwe. Ubwugamo bwabo bwabavuyeko+, kandi Yehova ari kumwe natwe+. Ntimubatinye+.” Gusubira mu vyagezwe 1:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 “Ni kwo kubabwira nti: ‘Ntimuranduke umutima canke ngo mutinye kubera bo+. Gusubira mu vyagezwe 7:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 ntuze ubatinye+. Uko bigenda kwose ukwiye kwibuka ivyo Yehova Imana yawe yagiriye Farawo na Misiri yose+, Zaburi 56:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Umusi nzotinya, jeho ni wewe nzokwizigira+.
9 Gusa ntimugararize Yehova+; kandi mwebwe ntimutinye abantu bo muri ico gihugu+, kuko ari umukate kuri twebwe. Ubwugamo bwabo bwabavuyeko+, kandi Yehova ari kumwe natwe+. Ntimubatinye+.”
18 ntuze ubatinye+. Uko bigenda kwose ukwiye kwibuka ivyo Yehova Imana yawe yagiriye Farawo na Misiri yose+,