Yesaya 8:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Kandi nzoguma niteze Yehova+, umwe ahishije mu maso hiwe inzu ya Yakobo+, kandi nzomwizigira+. Yesaya 59:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Oya, ahubwo amakosa yanyu ni yo yabaye ibibatandukanya n’Imana yanyu+, kandi ibicumuro vyanyu ni vyo vyatumye muhishwa mu maso hayo ngo ntiyumve+.
2 Oya, ahubwo amakosa yanyu ni yo yabaye ibibatandukanya n’Imana yanyu+, kandi ibicumuro vyanyu ni vyo vyatumye muhishwa mu maso hayo ngo ntiyumve+.