-
Guharura 4:15Bibiliya y’isi nshasha
-
-
15 “Aroni n’abahungu biwe baze barangize gupfuka ahantu heranda+ n’ibikoresho+ vy’aho vyose igihe ikambi izoba igira igende; inyuma y’ivyo bene Kohati bazokwinjira kugira babitware+, mugabo ntibaze bakore+ ku hantu heranda, kuko bopfa ata kabuza. Ivyo bintu ni wo mutwaro wa bene Kohati mw’ihema ry’ihuriro+.
-