8 mu kumbabarisha ibikorwa vy’amaboko yanyu, mu gufumbishiriza umwotsi w’ibimazi izindi mana+ mu gihugu ca Misiri, ico mwinjiramwo ngo mukibemwo muri ba kavamahanga, kugira ngo mwikwegere kurandurwa no kugira ngo mube umuvumo n’iceyi mu mahanga yose yo kw’isi+?