Guharura 34:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Tegeka bene Isirayeli uti: ‘Mugiye mu gihugu ca Kanani+. Ico ni co gihugu kizobegukira bwa ntoranwa+, igihugu ca Kanani nk’uko imbibe zaco ziri+.
2 “Tegeka bene Isirayeli uti: ‘Mugiye mu gihugu ca Kanani+. Ico ni co gihugu kizobegukira bwa ntoranwa+, igihugu ca Kanani nk’uko imbibe zaco ziri+.