Yesaya 41:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Ni nde yagize ico akoze+ akabirangūra, agahamagara amayaruka guhera mu ntango+? “Ni jewe, Yehova, Umwe wa Mbere+; ku ba nyuma nguma ndi wa wundi+.” Yesaya 48:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Nyumviriza, ewe Yakobo, nawe Isirayeli uwo nahamagaye. Ndi wa wundi nyene+. Ndi uwa mbere+. Kandi ndi uwa nyuma+.
4 Ni nde yagize ico akoze+ akabirangūra, agahamagara amayaruka guhera mu ntango+? “Ni jewe, Yehova, Umwe wa Mbere+; ku ba nyuma nguma ndi wa wundi+.”
12 “Nyumviriza, ewe Yakobo, nawe Isirayeli uwo nahamagaye. Ndi wa wundi nyene+. Ndi uwa mbere+. Kandi ndi uwa nyuma+.