Abalewi 26:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kandi ikubita ryanyu rizoshika kw’isarura ryanyu ry’inzabibu, n’isarura ry’inzabibu rishike kw’ibiba ry’imbuto. Emwe, muzorya umukate wanyu muhage+, mwibere mu mutekano mu gihugu canyu+. Zaburi 65:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Witayeho isi, kugira ngo uyihe umukimba+;Urayitungisha cane.Umugezi uva ku Mana wuzuye amazi+.Utegura intete zabo+,Kuko ukwo ari ko utegura isi+.
5 Kandi ikubita ryanyu rizoshika kw’isarura ryanyu ry’inzabibu, n’isarura ry’inzabibu rishike kw’ibiba ry’imbuto. Emwe, muzorya umukate wanyu muhage+, mwibere mu mutekano mu gihugu canyu+.
9 Witayeho isi, kugira ngo uyihe umukimba+;Urayitungisha cane.Umugezi uva ku Mana wuzuye amazi+.Utegura intete zabo+,Kuko ukwo ari ko utegura isi+.