Zaburi 81:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Jewe Yehova ndi Imana yawe+,Umwe yakudugana agukuye mu gihugu ca Misiri+.Taburura akanwa, nanje ndakuzuze+. Hoseya 13:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 “Mugabo jewe ndi Yehova Imana yawe kuva igihe wava mu gihugu ca Misiri+, kandi nta yindi Mana wari uzi kiretse jewe; nta wundi mukiza yariho atari jewe+.
10 Jewe Yehova ndi Imana yawe+,Umwe yakudugana agukuye mu gihugu ca Misiri+.Taburura akanwa, nanje ndakuzuze+.
4 “Mugabo jewe ndi Yehova Imana yawe kuva igihe wava mu gihugu ca Misiri+, kandi nta yindi Mana wari uzi kiretse jewe; nta wundi mukiza yariho atari jewe+.