Kuvayo 16:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Maze Yehova abwira Musa ati: “Ehe ngira ndabacuncuburire umukate uvuye mu majuru+; kandi abantu baze basohoke umwe wese atore urugero rwiwe ku musi ku musi+, kugira ndabageze ndabe ko bazogendera canke batazogendera mw’itegeko ryanje+. Kuvayo 20:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Musa abwira abantu ati: “Ntimutinye, kuko icatumye Imana y’ukuri iza ari ukugira ngo ibageze+, no kugira ngo ukuyitinya kugume imbere y’amaso yanyu ngo ntimucumure+.”
4 Maze Yehova abwira Musa ati: “Ehe ngira ndabacuncuburire umukate uvuye mu majuru+; kandi abantu baze basohoke umwe wese atore urugero rwiwe ku musi ku musi+, kugira ndabageze ndabe ko bazogendera canke batazogendera mw’itegeko ryanje+.
20 Musa abwira abantu ati: “Ntimutinye, kuko icatumye Imana y’ukuri iza ari ukugira ngo ibageze+, no kugira ngo ukuyitinya kugume imbere y’amaso yanyu ngo ntimucumure+.”