Gusubira mu vyagezwe 13:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 ntuze wumvirize amajambo y’uwo muhanuzi canke uwo murosi w’iyo ndoto+, kuko Yehova Imana yanyu azoba ariko arabageza+ kugira amenye nimba mukunda Yehova Imana yanyu n’umutima wanyu wose n’ubuzima bwanyu bwose+. Zaburi 139:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Mana, nunserangure umenye umutima wanje+.Nunsuzume umenye ivyiyumviro vyanje bidurumbanya+, Imigani 17:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Inkono y’ugutyorora igenewe ifeza, itanure na yo igenewe inzahabu+; mugabo Yehova ni we musuzumyi w’imitima+.
3 ntuze wumvirize amajambo y’uwo muhanuzi canke uwo murosi w’iyo ndoto+, kuko Yehova Imana yanyu azoba ariko arabageza+ kugira amenye nimba mukunda Yehova Imana yanyu n’umutima wanyu wose n’ubuzima bwanyu bwose+.
23 Mana, nunserangure umenye umutima wanje+.Nunsuzume umenye ivyiyumviro vyanje bidurumbanya+, Imigani 17:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Inkono y’ugutyorora igenewe ifeza, itanure na yo igenewe inzahabu+; mugabo Yehova ni we musuzumyi w’imitima+.
3 Inkono y’ugutyorora igenewe ifeza, itanure na yo igenewe inzahabu+; mugabo Yehova ni we musuzumyi w’imitima+.