Abalewi 11:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 N’ingurube+, kuko isatuye ikinono kandi ikagira umwanya mu kinono, mugabo ikaba ituza. Irahumanye kuri mwebwe. Yesaya 65:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 bakicara hagati mu mva+, bakanarara mbere mu tururi tw’inderetsi, bakarya inyama z’ingurube+, mbere umufa w’ibihumanye+ ukaba mu vyombo vyabo; Yesaya 66:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Abiyeza kandi bakihumanura kugira baje mu mirima+ inyuma y’umuntu ari hagati na hagati, bakarya inyama z’ingurube+ be n’ikintu gishisha, mbere na ya mbeba isimbagurika+, bose hamwe bazoshika kw’iherezo ryabo,” ni ko Yehova avuze.
7 N’ingurube+, kuko isatuye ikinono kandi ikagira umwanya mu kinono, mugabo ikaba ituza. Irahumanye kuri mwebwe.
4 bakicara hagati mu mva+, bakanarara mbere mu tururi tw’inderetsi, bakarya inyama z’ingurube+, mbere umufa w’ibihumanye+ ukaba mu vyombo vyabo;
17 Abiyeza kandi bakihumanura kugira baje mu mirima+ inyuma y’umuntu ari hagati na hagati, bakarya inyama z’ingurube+ be n’ikintu gishisha, mbere na ya mbeba isimbagurika+, bose hamwe bazoshika kw’iherezo ryabo,” ni ko Yehova avuze.