Yeremiya 7:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Abana batoragura inkwi, ba se bagacana umuriro, abagore na bo bagacumba igicumbe kugira ngo bakorere udutsima tw’ikimazi ‘umwamikazi w’amajuru+’; kandi barasukira izindi mana amashikanwa y’ikinyobwa+ kugira ngo bambabaze+. Yeremiya 19:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Bubatse ibibanza bikirurutse vya Bayali kugira ngo baturirire abahungu babo mu muriro bwa mashikanwa aturirwa uko yakabaye ashikanirwa Bayali+, ikintu ntari narategetse canke ngo mvuge+, kandi kitigeze kinza mu mutima+.”’
18 Abana batoragura inkwi, ba se bagacana umuriro, abagore na bo bagacumba igicumbe kugira ngo bakorere udutsima tw’ikimazi ‘umwamikazi w’amajuru+’; kandi barasukira izindi mana amashikanwa y’ikinyobwa+ kugira ngo bambabaze+.
5 Bubatse ibibanza bikirurutse vya Bayali kugira ngo baturirire abahungu babo mu muriro bwa mashikanwa aturirwa uko yakabaye ashikanirwa Bayali+, ikintu ntari narategetse canke ngo mvuge+, kandi kitigeze kinza mu mutima+.”’