Kuvayo 34:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 ntuze ugirane isezerano n’ababa muri ico gihugu, kuko batazobura gushurashurana n’imana zabo+ bakongera bagashikanira ibimazi izo mana zabo+. Kandi ntihazobura uwugutumira, nawe ata gukeka ukarya ku kimazi ciwe+. Abalewi 17:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ntibakwiye rero kwongera gushikanira ibimazi vyabo ya madayimoni* asa n’impene+, ayo bashurashurana+. Ico kizobabera icagezwe gushika igihe kitagira urugero, mu mayaruka yanyu yose.”’
15 ntuze ugirane isezerano n’ababa muri ico gihugu, kuko batazobura gushurashurana n’imana zabo+ bakongera bagashikanira ibimazi izo mana zabo+. Kandi ntihazobura uwugutumira, nawe ata gukeka ukarya ku kimazi ciwe+.
7 Ntibakwiye rero kwongera gushikanira ibimazi vyabo ya madayimoni* asa n’impene+, ayo bashurashurana+. Ico kizobabera icagezwe gushika igihe kitagira urugero, mu mayaruka yanyu yose.”’