Guharura 25:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Abagore baza gutumira abantu ku bimazi vy’imana zabo+, maze abantu batangura kurya no kwunamira imana zabo+. 1 Abami 11:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Mu gihe c’ubusaza bwa Salomo+, abagore biwe bari barahengekeye+ umutima wiwe ku gukurikira izindi mana+; nuko umutima wiwe ntiwaba uwukwiye+ ku vyerekeye Yehova Imana yiwe, nk’umutima wa Dawidi se wiwe.
2 Abagore baza gutumira abantu ku bimazi vy’imana zabo+, maze abantu batangura kurya no kwunamira imana zabo+.
4 Mu gihe c’ubusaza bwa Salomo+, abagore biwe bari barahengekeye+ umutima wiwe ku gukurikira izindi mana+; nuko umutima wiwe ntiwaba uwukwiye+ ku vyerekeye Yehova Imana yiwe, nk’umutima wa Dawidi se wiwe.