1 Samweli 20:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kandi ehe, nzotuma umusuku nti: ‘Genda urondere irya myampi.’ Ninabwira nya musuku ntomora, nti: ‘Ehe, imyampi iri hino yawe, yitore,’ uzoce uza, kuko bizoba bisobanura amahoro kuri wewe kandi nta ngorane izoba ihari, ndahiye ukubaho kwa Yehova+. 1 Abami 2:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ubu rero, ndahiye ukubaho kwa Yehova+ we yanshimangiye+ kandi akangumiza ku ntebe y’ubwami ya Dawidi dawe+ akongera akanyubakira inzu+ nk’uko nyene yavuze+: uno musi Adoniya aricwa+.”
21 Kandi ehe, nzotuma umusuku nti: ‘Genda urondere irya myampi.’ Ninabwira nya musuku ntomora, nti: ‘Ehe, imyampi iri hino yawe, yitore,’ uzoce uza, kuko bizoba bisobanura amahoro kuri wewe kandi nta ngorane izoba ihari, ndahiye ukubaho kwa Yehova+.
24 Ubu rero, ndahiye ukubaho kwa Yehova+ we yanshimangiye+ kandi akangumiza ku ntebe y’ubwami ya Dawidi dawe+ akongera akanyubakira inzu+ nk’uko nyene yavuze+: uno musi Adoniya aricwa+.”