1 Samweli 25:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mugabo Nabali yishura abasuku ba Dawidi ati: “Dawidi ni nde+, kandi mwene Yese ni nde? Erega muri iyi misi abasuku batoroka, umwe wese avuye imbere ya shebuja, basigaye ari benshi+. 1 Samweli 25:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Muri ico gihe, umwe muri nya misore amenyesha Abigayili umugore wa Nabali ati: “Urazi! Dawidi yatumye intumwa zivuye mu gahinga kugira ngo yipfurize ineza databuja, mugabo uno azitera imirarwe+.
10 Mugabo Nabali yishura abasuku ba Dawidi ati: “Dawidi ni nde+, kandi mwene Yese ni nde? Erega muri iyi misi abasuku batoroka, umwe wese avuye imbere ya shebuja, basigaye ari benshi+.
14 Muri ico gihe, umwe muri nya misore amenyesha Abigayili umugore wa Nabali ati: “Urazi! Dawidi yatumye intumwa zivuye mu gahinga kugira ngo yipfurize ineza databuja, mugabo uno azitera imirarwe+.