Rusi 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Rusi aca agwa yubamye, arunama gushika hasi+, maze amubwira ati: “Bigenze gute ngo ngire ubutoni mu maso yawe nkabonwa, kandi ndi umunyamahangakazi+?”
10 Rusi aca agwa yubamye, arunama gushika hasi+, maze amubwira ati: “Bigenze gute ngo ngire ubutoni mu maso yawe nkabonwa, kandi ndi umunyamahangakazi+?”