1 Samweli 17:51 Bibiliya y’isi nshasha 51 Nuko Dawidi abandanya kwiruka, aca ahagarara hejuru y’uwo Mufilisitiya. Maze afata inkota yiwe+, ayisokora mu rwubati rwayo aramuhohosha ayimucishije umutwe+. Nuko Abafilisitiya babona ko umunyenkomezi wabo yari apfuye, baca barahunga+. 1 Ngoma 10:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nuko baramwambura baraheza bamukurako umutwe+ n’ibirwanisho vyiwe maze batuma intumwa mu gihugu c’Abafilisitiya hirya no hino kumenyesha+ ayo makuru ibigirwamana vyabo+ be n’abantu.
51 Nuko Dawidi abandanya kwiruka, aca ahagarara hejuru y’uwo Mufilisitiya. Maze afata inkota yiwe+, ayisokora mu rwubati rwayo aramuhohosha ayimucishije umutwe+. Nuko Abafilisitiya babona ko umunyenkomezi wabo yari apfuye, baca barahunga+.
9 Nuko baramwambura baraheza bamukurako umutwe+ n’ibirwanisho vyiwe maze batuma intumwa mu gihugu c’Abafilisitiya hirya no hino kumenyesha+ ayo makuru ibigirwamana vyabo+ be n’abantu.