Zaburi 44:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Kuko umuheto wanje atari wo nagumye nizigiye+,Kandi inkota yanje si yo yankiza+. Hoseya 1:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Mugabo inzu ya Yuda nzoyigirira imbabazi+; nzobakiza jewe Yehova Imana yabo+, mugabo sinzobakirisha umuheto canke inkota canke intambara canke amafarasi canke abagendera ku mafarasi+.” Zakariya 4:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko anyishura ati: “Iri ni ryo jambo Yehova abwiye Zerubabeli ati: ‘“Si ku bw’inteko za gisirikare+, canke ku bw’ububasha+, mugabo ni ku bw’impwemu yanje+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.
7 Mugabo inzu ya Yuda nzoyigirira imbabazi+; nzobakiza jewe Yehova Imana yabo+, mugabo sinzobakirisha umuheto canke inkota canke intambara canke amafarasi canke abagendera ku mafarasi+.”
6 Nuko anyishura ati: “Iri ni ryo jambo Yehova abwiye Zerubabeli ati: ‘“Si ku bw’inteko za gisirikare+, canke ku bw’ububasha+, mugabo ni ku bw’impwemu yanje+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze.