1 Samweli 31:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ku musi ukurikira, Abafilisitiya baje kwambura abagandaguwe+, bubuka kuri Sauli n’abahungu biwe batatu baguye ku musozi Gilibowa+. Gucura intimba 2:1 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ewe kuntu Yehova mw’ishavu ryiwe atwikirije ibicu umukobwa wa Siyoni+!Yararirije kw’isi+ ubwiza bwa Isirayeli+ abukuye mw’ijuru.Ntiyibutse intebe y’ibirenge vyiwe+ ku musi w’ishavu ryiwe.
8 Ku musi ukurikira, Abafilisitiya baje kwambura abagandaguwe+, bubuka kuri Sauli n’abahungu biwe batatu baguye ku musozi Gilibowa+.
2 Ewe kuntu Yehova mw’ishavu ryiwe atwikirije ibicu umukobwa wa Siyoni+!Yararirije kw’isi+ ubwiza bwa Isirayeli+ abukuye mw’ijuru.Ntiyibutse intebe y’ibirenge vyiwe+ ku musi w’ishavu ryiwe.