Imigani 16:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Ubwishime buza imbere yo gusenyuka+, umutima wibona na wo imbere yo gutsitara+. Luka 14:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kuko umuntu wese yishira hejuru azocishwa bugufi, kandi uwo wese yicisha bugufi azoshirwa hejuru+.” Abaroma 12:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Mwiyumvire ivy’abandi nk’uko mwiyumvira ivyanyu+; ntimwiyumvire ibintu bihanitse+, ahubwo murongorwe n’ibintu biciye bugufi+. Ntimube abanyabwenge mu maso yanyu bwite+.
11 Kuko umuntu wese yishira hejuru azocishwa bugufi, kandi uwo wese yicisha bugufi azoshirwa hejuru+.”
16 Mwiyumvire ivy’abandi nk’uko mwiyumvira ivyanyu+; ntimwiyumvire ibintu bihanitse+, ahubwo murongorwe n’ibintu biciye bugufi+. Ntimube abanyabwenge mu maso yanyu bwite+.