1 Abami 16:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Omuri aguma akora ivyari bibi mu maso ya Yehova, akora nabi kurusha abari baramwitangiye imbere bose+. 1 Abami 21:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Ni ukuri, nta n’umwe yabaye nka Ahabu+, uwihebeye gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova, ari na we Yezebeli+ umugore wiwe yasutse+. 2 Abami 3:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Aguma akora ivyari bibi mu maso ya Yehova+, yamara atari nka se+ canke nka nyina, mugabo akuraho inkingi nyeranda+ ya Bayali, iyo se wiwe yari yarakoze+.
25 Omuri aguma akora ivyari bibi mu maso ya Yehova, akora nabi kurusha abari baramwitangiye imbere bose+.
25 Ni ukuri, nta n’umwe yabaye nka Ahabu+, uwihebeye gukora ivyari bibi mu maso ya Yehova, ari na we Yezebeli+ umugore wiwe yasutse+.
2 Aguma akora ivyari bibi mu maso ya Yehova+, yamara atari nka se+ canke nka nyina, mugabo akuraho inkingi nyeranda+ ya Bayali, iyo se wiwe yari yarakoze+.