Kuvayo 20:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Ntugashinge intahe y’ikinyoma wagiriza mugenzawe+. Gusubira mu vyagezwe 5:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 “‘Kandi ntugashingire intahe ikinyoma wagiriza mugenzawe+. Imigani 6:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 icabona c’ikinyoma gisuka ububeshi+, be n’uwo wese atera amahane mu bavukana+. Imigani 24:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Ntucike icabona cagiriza mugenzawe ata mvo+. Wohava rero uba igipfu kubera iminwa yawe+. Yesaya 32:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Nayo umuntu atagendera ingingo, ibikoresho vyiwe ni bibi+; yiyumviriye gukora ivy’ubushirasoni*+, gusavya abarushwa n’amajambo y’ibinyoma+, mbere n’iyo umworo avuze ibigororotse. Ivyakozwe 6:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nuko bazana ivyabona vy’ikinyoma+, bivuga biti: “Uyu mugabo ntareka gutuka aha hantu heranda no gutuka Itegeko+.
7 Nayo umuntu atagendera ingingo, ibikoresho vyiwe ni bibi+; yiyumviriye gukora ivy’ubushirasoni*+, gusavya abarushwa n’amajambo y’ibinyoma+, mbere n’iyo umworo avuze ibigororotse.
13 Nuko bazana ivyabona vy’ikinyoma+, bivuga biti: “Uyu mugabo ntareka gutuka aha hantu heranda no gutuka Itegeko+.