2 Abami 9:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Uze usasike inzu ya Ahabu umukama wawe, kandi nzohora+ koko mu kuboko kwa Yezebeli amaraso y’abasavyi banje abahanuzi n’amaraso y’abasavyi ba Yehova bose+.
7 Uze usasike inzu ya Ahabu umukama wawe, kandi nzohora+ koko mu kuboko kwa Yezebeli amaraso y’abasavyi banje abahanuzi n’amaraso y’abasavyi ba Yehova bose+.