1 Abami 16:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Abandanya kugendera mu nzira yose ya Yerobowamu mwene Nebati+ no mu gicumuro ciwe yacumurishije Isirayeli mu kubabaza Yehova Imana ya Isirayeli, akoresheje ibigirwamana vyabo bitagira mvura+.
26 Abandanya kugendera mu nzira yose ya Yerobowamu mwene Nebati+ no mu gicumuro ciwe yacumurishije Isirayeli mu kubabaza Yehova Imana ya Isirayeli, akoresheje ibigirwamana vyabo bitagira mvura+.