7 Atuma kandi kuri Yehoshafati umwami wa Yuda ati: “Umwami wa Mowabu yangararije. Uzojana nanje i Mowabu mu ntambara?” Na we ati: “Nzogenda+. Ndi nkawe; abantu banje ni nk’abantu bawe+; amafarasi yanje ni nk’amafarasi yawe.”
3 Nuko Ahabu umwami wa Isirayeli abwira Yehoshafati umwami wa Yuda ati: “None uzojana nanje i Ramoti-gileyadi+?” Na we amubwira ati: “Ndi nkawe, kandi abantu banje ni nk’abantu bawe, kandi turi kumwe nawe mu ntambara+.”