-
2 Ngoma 18:7Bibiliya y’isi nshasha
-
-
7 Umwami wa Isirayeli aca abwira Yehoshafati+ ati: “Haracasigaye umugabo umwe+ twocishako mu gusiguza Yehova, mugabo jewe ndamwanka+, kuko atabūra ivyiza ku binyerekeye, mugabo imisi yiwe yose yama abûra ibibi+. Ni Mikaya mwene Imula+.” Ariko Yehoshafati avuga ati: “Umwami yoye kuvuga ikintu nk’ico+.”
-