2 Ngoma 18:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Maze Zedekiya mwene Kenayana yihingurira amahembe+ y’icuma hanyuma avuga ati: “Ibi ni vyo Yehova avuze+: ‘Aya ni yo uzosunikisha Abasiriya gushika ubatikije+.’”
10 Maze Zedekiya mwene Kenayana yihingurira amahembe+ y’icuma hanyuma avuga ati: “Ibi ni vyo Yehova avuze+: ‘Aya ni yo uzosunikisha Abasiriya gushika ubatikije+.’”