1 Abami 20:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Nuko amubwira ati: “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Kubera yuko waretse umuntu nageneye gutikizwa+ akagenda avuye mu kuboko kwawe, ubuzima bwawe buzosubira ata kabuza mu kibanza c’ubuzima bwiwe+, abantu bawe na bo mu kibanza c’abantu biwe+.’” 2 Ngoma 18:34 Bibiliya y’isi nshasha 34 Urugamba rurushiriza gukomera kuri uwo musi, biba ngombwa ko umwami wa Isirayeli aguma ahagaritswe mu mukogote arabana n’Abasiriya gushika ku mugoroba; amaherezo arapfa mu gihe c’ukurenga kw’izuba+.
42 Nuko amubwira ati: “Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Kubera yuko waretse umuntu nageneye gutikizwa+ akagenda avuye mu kuboko kwawe, ubuzima bwawe buzosubira ata kabuza mu kibanza c’ubuzima bwiwe+, abantu bawe na bo mu kibanza c’abantu biwe+.’”
34 Urugamba rurushiriza gukomera kuri uwo musi, biba ngombwa ko umwami wa Isirayeli aguma ahagaritswe mu mukogote arabana n’Abasiriya gushika ku mugoroba; amaherezo arapfa mu gihe c’ukurenga kw’izuba+.