Abalewi 20:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 “‘Igihe umugabo aryamanye n’umugabo nk’uko umuntu aryamana n’umugore, bompi baba bakoze ikintu giteye ishishi+. Ntibaze babure kwicwa. Amaraso yabo ari kuri bo. Abaroma 1:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 kandi n’abagabo nyene baretse uko umubiri w’umugore usanzwe ukoreshwa+, barurumba bimwe bikaze mu nambu ikomeye bagiriranira, abagabo ku bagabo+, bagakora ibiteye isoni+ kandi bakaronka muri bo impembo ishitse+, iyari ikwiranye n’ubuzimire bwabo+. 1 Abakorinto 6:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Ngw’iki! Ntimuzi ko abatagororotse batazotorana ubwami bw’Imana+? Ntimuzimizwe. Nta basambanyi+, canke abasenga ibigirwamana+, canke abarenga ibigo+, canke abagabo babikirwa kugirwako ibitagirwa+, canke abagabo baryamana n’abagabo+, 1 Timoteyo 1:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 abasambanyi+, abagabo baryamana n’ab’igitsina-gabo, abanyuruji, ababeshi, abarahira indahiro z’ikinyoma+, n’ibindi bintu vyose birwanya+ ya nyigisho ngirakamaro*+ Yuda 7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Ni ko na Sodomu na Gomora n’ibisagara vyari bihakikije+, aho bimariye gukora ubusambanyi cokimwe n’abo bamarayika bikimonogoza, bigakurikira umubiri ku bwo kuwukoresha ibidakorwa+, vyashizwe imbere yacu ngo bitubere akarorero ko kutuburira+ mu gushikirwa n’igihano c’urubanza c’umuriro utazima+.
13 “‘Igihe umugabo aryamanye n’umugabo nk’uko umuntu aryamana n’umugore, bompi baba bakoze ikintu giteye ishishi+. Ntibaze babure kwicwa. Amaraso yabo ari kuri bo.
27 kandi n’abagabo nyene baretse uko umubiri w’umugore usanzwe ukoreshwa+, barurumba bimwe bikaze mu nambu ikomeye bagiriranira, abagabo ku bagabo+, bagakora ibiteye isoni+ kandi bakaronka muri bo impembo ishitse+, iyari ikwiranye n’ubuzimire bwabo+.
9 Ngw’iki! Ntimuzi ko abatagororotse batazotorana ubwami bw’Imana+? Ntimuzimizwe. Nta basambanyi+, canke abasenga ibigirwamana+, canke abarenga ibigo+, canke abagabo babikirwa kugirwako ibitagirwa+, canke abagabo baryamana n’abagabo+,
10 abasambanyi+, abagabo baryamana n’ab’igitsina-gabo, abanyuruji, ababeshi, abarahira indahiro z’ikinyoma+, n’ibindi bintu vyose birwanya+ ya nyigisho ngirakamaro*+
7 Ni ko na Sodomu na Gomora n’ibisagara vyari bihakikije+, aho bimariye gukora ubusambanyi cokimwe n’abo bamarayika bikimonogoza, bigakurikira umubiri ku bwo kuwukoresha ibidakorwa+, vyashizwe imbere yacu ngo bitubere akarorero ko kutuburira+ mu gushikirwa n’igihano c’urubanza c’umuriro utazima+.