Guharura 1:1 Bibiliya y’isi nshasha 1 Nuko Yehova avugana na Musa mu gahinga ka Sinayi+, mw’ihema ry’ihuriro+, ku musi wa mbere w’ukwezi kugira kabiri, mu mwaka ugira kabiri bavuye mu gihugu ca Misiri+, ati:
1 Nuko Yehova avugana na Musa mu gahinga ka Sinayi+, mw’ihema ry’ihuriro+, ku musi wa mbere w’ukwezi kugira kabiri, mu mwaka ugira kabiri bavuye mu gihugu ca Misiri+, ati: