Yeremiya 15:1 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nuko Yehova ambwira ati: “Naho Musa+ na Samweli+ boba bahagaze imbere yanje, umutima wanje ntiwoba kuri aba bantu+. Bokwirukanwa bakamva mu maso, bagasohoka+. Gucura intimba 3:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 “Twebwe twaracumuye, twaragararije+. Wewe, ntiwatubabariye+. Ezekiyeli 33:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 “Babwire rero uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Mwe muguma murya inyama zirimwo amaraso+, amaso yanyu mukaguma muyararamurira ku bigirwamana vyanyu vy’umwanda+, mukaguma musesa amaraso+. Hanyuma ngo mwigabire igihugu+?
15 Nuko Yehova ambwira ati: “Naho Musa+ na Samweli+ boba bahagaze imbere yanje, umutima wanje ntiwoba kuri aba bantu+. Bokwirukanwa bakamva mu maso, bagasohoka+.
25 “Babwire rero uti: ‘Ibi ni vyo Umukama Segaba Yehova avuze: “Mwe muguma murya inyama zirimwo amaraso+, amaso yanyu mukaguma muyararamurira ku bigirwamana vyanyu vy’umwanda+, mukaguma musesa amaraso+. Hanyuma ngo mwigabire igihugu+?