2 Samweli 1:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Dawidi aca afata impuzu ziwe arazitantamura+, n’abagabo bose bari kumwe na we bagira kuno. Yobu 1:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 Yobu aca arahaguruka, atantamura+ umwitero wiwe utagira amaboko, yimosha umushatsi+ wo ku mutwe wiwe, agwa hasi+ arunama+,
20 Yobu aca arahaguruka, atantamura+ umwitero wiwe utagira amaboko, yimosha umushatsi+ wo ku mutwe wiwe, agwa hasi+ arunama+,