Yosuwa 4:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kuri uwo musi Yehova agira Yosuwa uwukomeye mu maso ya Isirayeli yose+, maze baramutinya, nk’uko nyene bari baratinye Musa, imisi yose y’ubuzima bwiwe+. Abaroma 12:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Mu vy’urukundo rwa kivukanyi+ mugiriranire ikibabarwe. Mu vyo guterana iteka+ mube aba mbere.
14 Kuri uwo musi Yehova agira Yosuwa uwukomeye mu maso ya Isirayeli yose+, maze baramutinya, nk’uko nyene bari baratinye Musa, imisi yose y’ubuzima bwiwe+.