1 Abami 19:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Yehu+ umwuzukuru wa Nimushi+ na we umurobanuze amavuta, abe umwami wa Isirayeli; Elisha+ mwene Shafati w’i Abeli-mehola+ na we umurobanuze amavuta, abe umuhanuzi mu kibanza cawe+. 2 Abami 5:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Elisha wa muntu w’Imana y’ukuri akimara kwumva yuko umwami wa Isirayeli yatantamuye impuzu ziwe+, aca atuma ku mwami ati: “Kubera iki watantamuye impuzu zawe? Enda naze kuri jewe kugira ngo amenye yuko hariho umuhanuzi muri Isirayeli+.”
16 Yehu+ umwuzukuru wa Nimushi+ na we umurobanuze amavuta, abe umwami wa Isirayeli; Elisha+ mwene Shafati w’i Abeli-mehola+ na we umurobanuze amavuta, abe umuhanuzi mu kibanza cawe+.
8 Elisha wa muntu w’Imana y’ukuri akimara kwumva yuko umwami wa Isirayeli yatantamuye impuzu ziwe+, aca atuma ku mwami ati: “Kubera iki watantamuye impuzu zawe? Enda naze kuri jewe kugira ngo amenye yuko hariho umuhanuzi muri Isirayeli+.”