-
1 Ngoma 28:8Bibiliya y’isi nshasha
-
-
8 Ubu rero, mu maso ya Isirayeli yose, ari ryo shengero rya Yehova+, no mu matwi y’Imana yacu+, nimwitwararike mwongere murondere amabwirizwa yose ya Yehova Imana yanyu, kugira ngo mwigabire iki gihugu ciza+ kandi muze mukirage koko bwa ntoranwa abahungu banyu mu nyuma zanyu gushika igihe kitagira urugero.
-