-
1 Ngoma 28:1Bibiliya y’isi nshasha
-
-
28 Maze Dawidi akoranya abaganwa+ bose ba Isirayeli, abaganwa+ b’imiryango n’abaganwa+ b’imice y’abakorera umwami, n’abakuru b’ibihumbi+ n’abakuru b’amajana+, n’abakuru b’ibintu+ vyose n’ibitungwa+ vy’umwami, n’abakuru b’abahungu biwe+ hamwe n’abakozi bo ku kirimba+ n’abagabo b’abanyenkomezi+, egome, abagabo b’intwari kandi b’abanyenkomezi, abakoraniriza i Yeruzalemu.
-