25 Vyongeye, Dawidi n’abakuru+ b’imigwi y’abakora igikorwa+ batandukanya ku bw’igikorwa bamwe muri bene Asafu na Hemani+ na Yedutuni+, abavuga ubuhanuzi bakoresheje inanga+ n’ibicurarangisho vy’imirya+ n’ivyuma bisāma+. Muri bo harimwo abagabo bari n’ivyo bajejwe ku bw’igikorwa cabo.