Abacamanza 5:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 ‘Nimuvume+ Merozi,’ ni ko umumarayika wa Yehova+ avuze,‘Nimuvume abahaba mudahengeshanya,Kuko bataje gufasha Yehova,Gufasha Yehova, bari kumwe n’abanyenkomezi.’ Luka 11:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Uwutari ku ruhande rwanje aba andwanya, kandi uwutegeraniriza hamwe nanje arasanzaza+. 1 Timoteyo 6:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Tegeka abatunzi+ bo muri iki gihe* kutihambaza+, no kudashingira icizigiro cabo ku butunzi butari ubwo kwizigirwa+, mugabo bagishingire ku Mana, yo ituronsa ku bwinshi ibintu vyose kugira ngo tubinezererwe+;
23 ‘Nimuvume+ Merozi,’ ni ko umumarayika wa Yehova+ avuze,‘Nimuvume abahaba mudahengeshanya,Kuko bataje gufasha Yehova,Gufasha Yehova, bari kumwe n’abanyenkomezi.’
17 Tegeka abatunzi+ bo muri iki gihe* kutihambaza+, no kudashingira icizigiro cabo ku butunzi butari ubwo kwizigirwa+, mugabo bagishingire ku Mana, yo ituronsa ku bwinshi ibintu vyose kugira ngo tubinezererwe+;