Abalewi 9:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 hanyuma umuriro urasohoka uvuye imbere ya Yehova+, utangura kuyigiza rya shikanwa riturirwa na vya bipande binuze vyo ku gicaniro. Abantu bose ngo babibone, baraduka biha akaruru+, bagwa bubamye. Matayo 26:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Yigiye imbere gatoyi, yubarara hasi, arasenga+ ati: “Dawe, nimba bishoboka, iki gikombe+ nikindengane. Yamara ntibibe nk’uko jewe ngomba+, mugabo bibe nk’uko wewe ugomba+.” Ivyahishuwe 7:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kandi abamarayika bose+ bari bahagaze bakikuje ya ntebe y’ubwami na ba bakurambere+ na vya binyabuzima bine+, maze bubarara hasi imbere ya ya ntebe y’ubwami, basenga Imana+,
24 hanyuma umuriro urasohoka uvuye imbere ya Yehova+, utangura kuyigiza rya shikanwa riturirwa na vya bipande binuze vyo ku gicaniro. Abantu bose ngo babibone, baraduka biha akaruru+, bagwa bubamye.
39 Yigiye imbere gatoyi, yubarara hasi, arasenga+ ati: “Dawe, nimba bishoboka, iki gikombe+ nikindengane. Yamara ntibibe nk’uko jewe ngomba+, mugabo bibe nk’uko wewe ugomba+.”
11 Kandi abamarayika bose+ bari bahagaze bakikuje ya ntebe y’ubwami na ba bakurambere+ na vya binyabuzima bine+, maze bubarara hasi imbere ya ya ntebe y’ubwami, basenga Imana+,