Abalewi 23:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Imisi indwi mukwiye gushikiriza ishikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova. Ku musi ugira umunani muzogira ihwaniro ryeranda+, kandi muze mushikirize ishikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova. Ni ikoraniro ry’agakūra. Nta gikorwa na kimwe kiruhisha muzokora. Guharura 29:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 “‘Hanyuma ku musi ugira umunani muzogira ikoraniro ry’agakūra+. Ntihaze hagire ubwoko na bumwe bw’igikorwa kiruhisha mukora+. Yohani 7:37 Bibiliya y’isi nshasha 37 Ku musi wa nyuma, ari wo uhambaye kuri uwo musi mukuru+, Yezu arahagarara, arasemerera ati: “Nimba hari uwunyotewe+, naze kuri jewe anywe.
36 Imisi indwi mukwiye gushikiriza ishikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova. Ku musi ugira umunani muzogira ihwaniro ryeranda+, kandi muze mushikirize ishikanwa rishikanishwa umuriro rihabwa Yehova. Ni ikoraniro ry’agakūra. Nta gikorwa na kimwe kiruhisha muzokora.
35 “‘Hanyuma ku musi ugira umunani muzogira ikoraniro ry’agakūra+. Ntihaze hagire ubwoko na bumwe bw’igikorwa kiruhisha mukora+.
37 Ku musi wa nyuma, ari wo uhambaye kuri uwo musi mukuru+, Yezu arahagarara, arasemerera ati: “Nimba hari uwunyotewe+, naze kuri jewe anywe.