1 Samweli 12:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Maze Yehova arungika Yerubayali+ na Bedani na Yefuta+ na Samweli+ hanyuma abarokora mu kuboko kw’abansi banyu bari irya n’ino, kugira ngo mwibereho mu mutekano+. 2 Abami 14:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kandi Yehova yari yarasezeranye kudahanagura izina rya Isirayeli munsi y’ijuru+. Nuko arabakiza+ biciye ku kuboko kwa Yerobowamu mwene Yehowasi.
11 Maze Yehova arungika Yerubayali+ na Bedani na Yefuta+ na Samweli+ hanyuma abarokora mu kuboko kw’abansi banyu bari irya n’ino, kugira ngo mwibereho mu mutekano+.
27 Kandi Yehova yari yarasezeranye kudahanagura izina rya Isirayeli munsi y’ijuru+. Nuko arabakiza+ biciye ku kuboko kwa Yerobowamu mwene Yehowasi.