Yeremiya 14:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Iyo nsohotse nkaja mu gahinga, ndahasanga abagandaguwe n’inkota+! Ninjira mu gisagara na ho, nkahasanga indwara ziturutse ku kigoyi+! Kuko umuhanuzi n’umuherezi banyuragiye mu gihugu batazi+.’” Yeremiya 52:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Vyongeye, wa mukuru w’abacungera ubuzima afata Seraya+ umukuru w’abaherezi na Zefaniya+ umuherezi agira kabiri be na ba barinzi b’imiryango batatu+,
18 Iyo nsohotse nkaja mu gahinga, ndahasanga abagandaguwe n’inkota+! Ninjira mu gisagara na ho, nkahasanga indwara ziturutse ku kigoyi+! Kuko umuhanuzi n’umuherezi banyuragiye mu gihugu batazi+.’”
24 Vyongeye, wa mukuru w’abacungera ubuzima afata Seraya+ umukuru w’abaherezi na Zefaniya+ umuherezi agira kabiri be na ba barinzi b’imiryango batatu+,