Yeremiya 31:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Umutima w’abaherezi nzowuzuza ibinure+, kandi abantu banje bazohaga ukumera neza kwanje+,” ni ko Yehova avuze. 1 Petero 2:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 mukire kuba mwarahonjeje yuko Umukama ari umunyabuntu+.
14 Umutima w’abaherezi nzowuzuza ibinure+, kandi abantu banje bazohaga ukumera neza kwanje+,” ni ko Yehova avuze.